ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g 10/12 rup. 32
  • Icogufasha kuroranirwa kw’ishure

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Icogufasha kuroranirwa kw’ishure
  • Be maso!—2012
Be maso!—2012
g 10/12 rup. 32

Icogufasha kuroranirwa kw’ishure

● Novyifatamwo gute mu mikazo yo kw’ishure?

● Nokora iki kugira ngo ndonke amanuta meza?

● Nokwumvikana gute n’umwigisha agoye?

● Noshika gute ku migambi yanje?

Ivyo ni bimwebimwe gusa mu biganiro vyihwezwa mu gitabu Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 1 n’ica 2.

Muri ivyo bitabu uzosangamwo kandi impanuro zishingiye kuri Bibiliya ku bijanye n’ubugenzi ugiranira n’abandi, ukuntu wiyumva be n’imigenderanire ugiranira n’abo mudasangiye igitsina.

Urashobora kubisaba mu kwuzuza agace kandikwamwo aderese kari aho hepfo hanyuma ukakarungika kuri aderese ibereye mu ziri ku rupapuro rwa 5 rw’iki kinyamakuru.

□ Ndabasavye mundungikire igitabu Urwaruka ruribaza, Igitabu ca 1 ata co murinze kunsaba.

□ Ndabasavye mundungikire igitabu Urwaruka ruribaza, Igitabu ca 2 ata co murinze kunsaba.

□ Ndabasavye mumenyeshe ibijanye n’inyigisho ya Bibiliya yo ku muhana igirwa ku buntu.

[Ifoto ku rup. 32]

[Ifoto ku rup. 32]

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika