ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g 7/12 rup. 32
  • Isi imeze neza—Woba uzokwigera uyibona?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Isi imeze neza—Woba uzokwigera uyibona?
  • Be maso!—2012
Be maso!—2012
g 7/12 rup. 32

Isi imeze neza—Woba uzokwigera uyibona?

● Ibiganiro bitangura muri iyi Be maso! biravuga ibijanye n’ikintu abantu bo kw’isi yose bashashaye, ni ukuvuga isi imeze neza. Hoba hariho icizigiro c’uko ico kintu uzokwigera ukibona?

Ivyabona vya Yehova, ari na bo basohora iki kinyamakuru, baremera yuko Bibiliya ishobora kudufasha kumenya ico kazoza katubikiye. Ni co gitabu ceranda conyene cerekana kahise k’abantu kuva mu ntango. Bibiliya kandi iratubwira iyo turiko turaja, akaba atari habi nk’uko benshi bavyiyumvira.

Woba woshima kumenya n’ibindi ku bijanye n’ico Bibiliya ivuga kuri ivyo? Igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? kirashobora kugufasha. Gisohorwa n’Ivyabona vya Yehova kandi ubu kiraboneka mu ndimi 244.

□ Ndabasavye mundungikire iki gitabu cerekanywe ng’aha ata co murinze kunsaba.

□ Ndabasavye mumenyeshe ibijanye n’inyigisho ya Bibiliya yo ku muhana igirwa ku buntu.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika