ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g 10/11 rup. 32
  • Uko bakura

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Uko bakura
  • Be maso!—2011
Be maso!—2011
g 10/11 rup. 32

Uko bakura

“Twempi twarakunda Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya igihe twari tukiri abana. Ubu dufise agahungu k’amezi 16 kitwa Joshua. Ico gitabu ni igikoresho co kwigisha ciza cane dukoresha mu kukigisha. Naho Joshua akiri muto cane, arashobora kuvuga amazina y’abantu 35 bavugwa muri Bibiliya bari muri ico gitabu. Ayo mazina ari mu bigize amajambo amaze kumenya.”​—⁠Timothy na Ann.

“Agahungu kanje karakunda gusoma igitabu Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye, kandi karamaze kumenya menshi mu mashusho yo muri ico gitabu. Kiramfasha kuzirikana hamwe na we ibijanye n’ukuntu yovyifatamwo neza mu ngorane zimushikira kw’ishure canke ahandi aho ari ho hose. Nasanze ari ciza kuruta ibindi vyose nokwikozeko!”​—⁠Jennifer.

“Igitabu Les jeunes s’interrogent—Réponses pratiques, volume 2, kiraca irya n’ino imice yose y’ubuzima bw’abakiri bato. Mfise imyaka 19. Ico gitabu caramfashije kwishingira imigambi, gufata ingingo ziranga ubukerebutsi ku bijanye n’ivyo gukundana n’abahungu, no kurushiriza kugiranira ubucuti bwiza n’Imana. Noremesha umuntu uwo ari we wese kugisoma, yaba akiri muto canke akuze.”​—Courtney.

□ Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya

□ Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye

□ Les jeunes s’interrogent ​—Réponses pratiques, volume 2

□ Ndabasavye mundungikire iki gitabu (canke ibi bitabu) cerekanywe ng’aha. Nukoreshe aderese ibereye mu ziri ku rupapuro rwa 5 rw’iki kinyamakuru.

□ Ndabasavye mumenyeshe ibijanye n’inyigisho ya Bibiliya yo ku muhana igirwa ku buntu.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika