ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g 10/10 rup. 32
  • Ivyabona vya Yehova bigisha Bibiliya gute?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ivyabona vya Yehova bigisha Bibiliya gute?
  • Be maso!—2010
Be maso!—2010
g 10/10 rup. 32

Ivyabona vya Yehova bigisha Bibiliya gute?

Bigisha bakoresheje ibiganiro, akenshi bakaba bifashisha igitabu kibafasha kwigisha kivuga ngo Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? Ng’ibi bimwebimwe mu bigabane 19 biri muri ico gitabu:

“Ukuri kwerekeye Imana ni ukuhe?”

“Yezu Kirisitu ni nde?”

“Abapfuye bari hehe?”

“Twoba turi mu ‘misi y’iherezo’?”

“Ni kubera iki Imana ireka abantu bagacumukura?”

“Ico wogira ngo mu rugo iwanyu harangwe agahimbare”

Ababa bariko bariga bararemeshwa kubaza ibibazo no kwirabira inyishu muri Bibiliya. Mu nyuma, bisunze ivyo baba barize muri Bibiliya, barashobora kwihitiramwo idini bojamwo.

Woshobora gusaba kugirirwa inyigisho ya Bibiliya, ugasaba n’ico gitabu, mu kwuzuza agace kandikwamwo aderese kari kumwe n’iki kiganiro hanyuma ukakarungika kuri aderese yaherekanywe canke ku yibereye mu ziri ku rupapuro rwa 5 rw’iki kinyamakuru.

□ Ata co ndinze gusabwa, ndabasavye mundonse iki gitabu cerekanywe ng’aha.

□ Ndabasavye mumenyeshe ibijanye n’inyigisho ya Bibiliya yo ku muhana igirwa ku buntu.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika