Ibirimwo
Gitugutu–Kigarama 2010
Woba uri umushomeri?—Ingene wobeshwaho na bike
Ushobora gute kworosha ubuzima bwawe mu gihe ata kazi ufise?
4 “Ntimukigere mwiganyira ku vy’ejo”
10 “Abatumva barungukira ku kwiga Bibiliya”
12 Twisunze Bibiliya Amadayimoni ni bande?
14 Twisunze Bibiliya Abagore boba bakwiye kuba abasuku?
16 Coba ari ikintu cakozwe ku buhinga? Ibaba ry’umugage
17 Si je nzobona ndababwiye nti: “Twese turi hano!”
19 Kugira irungu mw’isi yuzuyemwo uburyo bwo guhanahana amakuru
20 Kumenya ibintu bituma abantu bagira irungu
26 Urwaruka ruribaza Nshobora gute kwumvikana n’abo tuvukana?
30 “Coshobora kuba ari ikintu gisanzwe nk’ururirimbo”
31 Abagize umuryango bavyihweze bari hamwe
32 Ivyabona vya Yehova bigisha Bibiliya gute?