1
Yobu, umugabo w’intungane kandi atunze (1-5)
Shetani avyura ibihari ku mvo zituma Yobu agamburuka (6-12)
Yobu atakaza ivyo atunze be n’abana biwe (13-19)
Yobu ntiyashize amakosa ku Mana (20-22)
2
Shetani asubira kuvyura ibihari ku mvo zituma Yobu agamburuka (1-5)
Shetani yemererwa kugirira nabi Yobu ku mubiri (6-8)
Muka Yobu amubwira ati: «Tuka Imana upfe!» (9, 10)
Abagenzi batatu ba Yobu baza kumuraba (11-13)
3
4
5
6
Yobu amwishura (1-30)
Avuga ko afise imvo yo kwidoga (2-6)
Abaje kumuhoza ni ibihemu (15-18)
«Amajambo y’ukuri ntababaza!» (25)
7
8
9
Yobu amwishura (1-35)
Umuntu ntashobora kurwana n’Imana (2-4)
«Imana ikora ibintu bisiga ubwenge» (10)
Umuntu ntashobora guharira n’Imana (32)
10
11
12
Yobu amwishura (1-25)
«Nta na kimwe mundushije» (3)
«Nsigaye ndi agatwengo» (4)
«Imana ni yo ifise ubukerebutsi» (13)
Imana iraruta abacamanza n’abami (17, 18)
13
14
15
16
17
18
19
Yobu amwishura (1-29)
Yanka gukosorwa n’abitwa ngo ni abagenzi biwe (1-6)
Avuga ko abagenzi biwe bamutaye (13-19)
«Umucunguzi wanje ni muzima» (25)
20
21
22
23
Yobu amwishura (1-17)
Ashaka gushikiriza Imana urubanza rwiwe (1-7)
Avuga ko adashobora kuronka Imana (8, 9)
«Nagumye ngendera mu nzira yayo ntaca ku ruhande» (11)
24
25
26
Yobu amwishura (1-14)
«Ewe kuntu ufashije uwutagira utuguvu!» (1-4)
«Imana itereka isi ku busa gusa» (7)
«Ni udusunwa gusa tw’inzira z’Imana» (14)
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42
Yobu yishura Yehova (1-6)
Abagenzi batatu ba Yobu bagirwa n’icaha (7-9)
Yehova asubira guhezagira Yobu (10-17)