ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • nwt rup. 5
  • Numenye ibiri mw’Ijambo ry’Imana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Numenye ibiri mw’Ijambo ry’Imana
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Numenye ibiri mw’Ijambo ry’Imana

Numenye ibiri mw’Ijambo ry’Imana

Bibiliya irimwo ubutumwa buva ku Mana, ni ukuvuga ijambo Imana itubwira muri iki gihe. Iratwereka ukuntu twororanirwa mu buzima be n’ico twokora kugira twemerwe n’Imana. Irishura kandi ibi bibazo:

  1. 1 Imana ni nde?

  2. 2 Ushobora gute kwiga ivyerekeye Imana?

  3. 3 Ni nde yanditse Bibiliya?

  4. 4 Bibiliya yoba ivuga ukuri mu vya siyansi?

  5. 5 Bibiliya irimwo ubutumwa ubuhe?

  6. 6 Ni ibiki Bibiliya yari yaravuze ku bijanye na Mesiya?

  7. 7 Ni ibiki Bibiliya yari yaravuze ku bijanye n’iki gihe cacu?

  8. 8 Imana yoba ari yo yobazwa ingorane zishikira abantu?

  9. 9 Ni kubera iki abantu bashikirwa n’ingorane?

  10. 10 Bibiliya isezerana iki ku bijanye na kazoza?

  11. 11 Bigenda gute iyo umuntu apfuye?

  12. 12 Ni icizigiro ikihe dufise ku bapfuye?

  13. 13 Bibiliya ivuga iki ku bijanye no gukora?

  14. 14 Wokoresha gute amatungo yawe?

  15. 15 Woronka gute agahimbare?

  16. 16 Wokwihanganira gute amaganya?

  17. 17 Bibiliya yofasha gute umuryango wanyu?

  18. 18 Wokwiyegerez a Imana gute?

  19. 19 Ni ibiki biri mu bitabu bitandukanye vya Bibiliya?

  20. 20 Wokwungukira gute ku busomyi bwawe bwa Bibiliya?

INGENE WOTORA IMIRONGO YO MURI BIBILIYA

Bibiliya igizwe n’ibitabu 66. Igabuye mu bice bibiri: Ivyanditswe vy’igiheburayo n’igiharameya («Isezerano rya kera») be n’Ivyanditswe vy’ikigiriki («Isezerano rishasha»). Buri gitabu ca Bibiliya kigabuwe mu bigabane n’imirongo. Igihe hari ivyanditswe bitanzwe, igiharuro gikurikira izina ry’igitabu cerekana ikigabane, igiharuro gikurikira na co cerekana umurongo. Nk’akarorero, ahanditse ngo Itanguriro 1:1 bisigura Itanguriro ikigabane ca 1, umurongo wa 1.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika