Bibiliya y’isi nshasha (nwt) Abanyefeso: ibirimwo ABANYEFESO IBIRIMWO MURI MAKE 1 Indamutso (1, 2) Imihezagiro yo mu vy’impwemu (3-7) Gukoraniriza hamwe ibintu vyose muri Kristu (8-14) «Uburyo bwo kuyobora ibintu» ibihe bimaze gukwira (10) Impwemu ni «icemeza twahawe imbere y’igihe» (13, 14) Pawulo ashimira Imana kubera ukwizera kw’Abanyefeso (15-23) 2 Mwagizwe bazima hamwe na Kristu (1-10) Igihome catandukanya imigwi ibiri gisenyurwa (11-22) 3 Ibanga ryeranda rirashiramwo abanyamahanga (1-13) Abanyamahanga bazoba ba samuragwa na Kristu (6) Umugambi w’Imana w’ibihe bidahera (11) Pawulo asengera Abanyefeso ngo baronke ugutahura (14-21) 4 Ubumwe bw’umubiri wa Kristu (1-16) Ingabire zigizwe n’abagabo (8) Kamere ya kera na kamere nshasha (17-32) 5 Imvugo n’inyifato bibereye (1-5) Mwigenze nk’abana b’umuco (6-14) Mwuzuzwe impwemu (15-20) Mukoreshe neza umwanya wanyu (16) Impanuro zihabwa abagabo n’abagore (21-33) 6 Impanuro zihabwa abana n’abavyeyi (1-4) Impanuro zihabwa abashumba na ba shebuja (5-9) Umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana (10-20) Amajambo yo gusozera (21-24)